Amakuru avugwa cane mu gihugu ni ishirwaho rya Leta nshasha ya Évariste NDAYISHIMIYE

Ni ikete ryerekana abagenywe

UKO INTARA ZASERUKIWE

  1. Santé : Muramvya
    2 Justice: Gitega
  2. Finance : Ngozi
  3. Agri : Kayanza
  4. Défense : Kirundo
  5. Éducation : Karusi
  6. Équipements : Rutana
  7. Énergie et Mines: Muyinga
  8. Affaires EAC: Bujumbura rural
  9. Intérieur et sécurité publique : cibitoke
  10. Solidarité : Mwaro
  11. Commerce : Bubanza
  12. Communication : CANKUZO
  13. Relations extérieures : KARUSI
  14. Fonction Publique : RUYIGI

Leta y’UBurundi igiye gukora mu mihe bidasanzwe aho uwahora arongoye igihugu imyaka 15 yapfuye giturumbuka.