
ISHENGERO RYA YESU KRISTO-IHANGA RYERA RY IMANA ryabatije DUHOREDUSENGA Estella-Pascasi yari amaze kugarukira kuri yorodani incuro umunani (8) kubera yatwawe i kuzimu akiri umwana akabikuriramwo kandi vyari vyaranse yuko abohoka gushika ico gihe. Afise intahe iteye ubgoba n’agahinda.
Duhoredusenga Estella Pascasie. Kuva agifise imyaka itanu (5) yagurishijwe na nyina amuvyara ku mugore atunze cane. Amushikanye i muhira iwe yamutwaye ubgenge aca atangura ku mugaburira inyama z’abantu akamunywesha n’amaraso y’abantu bicika ivyo kurya n’ibinyobga vyiwe. Uwo mugore w’umutunzi yahavuye yica umugabo wiwe maze aca agira ako kana kagakobga ki myaka 5 ngo kabe umugabo wiwe. Uyo mugabo ahejeje kwicwa, imbere yo kumuhamba bamukuyemwo ivyo munda barabibika n’amazi buhagije ikiziga ciwe barayabika akaba ariyo batekesha ivyo kurya bagaburira abantu. Bantu muja gufungura mu ngo bavuga ama duwa muragabe. Muca mwumva igituma igihugu cacu c’uzuyemwo uvyo twese tuzi. Uwo mugore yahora avoma amaraso ku matako y’uyo mukobga akoresheje urushinge (iserenge) akaja kugurisha ahantu yibaza yuko ari mu kuzimu. Yahavuye abohera ako kana ku gitanda akamaza amezi ane karya kandi kituma aho nyene agaca agasambanisha intoke ziwe akanagasambanisha nibipira (plastique) ivyo bamukoreye gushika agere mu bigero biteye ubgoba, isoni n’agahinda. Yesu Kristo ahabge icubahiro kuko yaramutabaye, ubu yarabatijwe kandi ariko ararerwa mw’Ishengero rya Yesu Kristo- Ihanga Ryera ry’Imana. Mwokurikirana intahe yiwe yose kuri kuri Radio Isezerano Internationale no kuri application mobile : Isezerano.
Yesu Kristo abazigamire hagati y’abansi banyu, mu biryana, ibihanda, ibibaba n’ibirura. Amen!