Ubuhanuzi buguma bushitswa:Abantu bicwa ku munsi ku munsi ukamengo ni ibisanzwe.

Yitwa Nkeshimana Guillaume wi Mwaro yaraye agandagujwe n’umugore wiwe mu Kibenga yazanye abantu abashira mucumba yinjiye baraniga bamanika munzu.

Kayanza:umu polisi w’umu agent batazira Tindo arashe umu brigadier batazira Kiduduye aciye aca arapfa. Ubu ikiziga c’uwapfuye kuri muri morgue uwabikoze nawe ariko arabazwa

Urumva bari bavuye muri patrouille hanyuma bahura n’umuntu amusaba ngo amusororere. Hama aca amuha 5000 uwo mugenzi we nawe aca amubwira ngo amuheko nawe aranka aca yurira ikinga Hama aca arabarasa umupolice aca arapfa umu taxi vélo nawe ari kwa muganga rwamufashe mwifyigo.

Cibitoke mu Gasenyi commine Buganda umugabo yitwage imbugita arengeyeko uwundi mugabo mwibarabara amucumita imbugita 3 mumutima amwagirizango akundanye numugore wiwe rero yaciye yitaba imana umbwonyene nawe akaba ariko arakorerwa dossier ahapfungiwe kwicomine buganda.

Uwo mugore mubona yaraye agandaguye umugabo wiwe amukubise agafuni mu mutwe. Hama agirako aturira inzu umugabo agira ko asha aratokombera. Aho mu ntara ya Cibitoke commune mirwi zone buhayira umutumba wa nyarurinzi.

Uwitwa Mababa Dominique yatowe ikiziva muri caniveau ya Mairie ya Bujumbura muriki gitondo cuno munsi. Yari yaraye yanyurujwe kuva ejo kuwa gatandatu le 15/8/2020. Yaramaze umwaka atahutse avuye i Arusha aho yakora muri EAC . Yaramazeyo igihe atari gito. Ntanivya politique yarimwo, ntawuzi ico abicanyi bi Bujumbura bamuhoye.