Abisezerano Amakuru avugwa cane mu Burundi Lien27 août 202027 août 2020 Ihanga ry-Imana Amafoto y’ikigendajuru bavuga yuko cakorokeye I Buta mu Burundi abandi bavuga yuko ari ikigendajuru (satellite) ya Google yakorokeye mu gihugu ca Kongo. Amafoto y’impunzi zitashe zivuye mu gihugu c’Urwanda I Mahama inyuma y’amajambo menshi yazikurikijwe aho zivugiye yuko zipfuza guhunguka. Amafoto y’abagwanyi b’impunzi ziva Uganda, Rwanda no mu Burundi zishwe zivuga yuko zigwanira kurongora akarere k’ibiyaga bibini ( Congo, uburundi, Urwanda, Uganda na Tanzaniya) Amafoto y’abajejwe igendereza mu gisirikare c’uRwanda no mu Burundi bahuriye ku rubibe ivyo bihugu bihana kugira ngo barabire hamwe uko botora umuti w’ibibazo vy’umutekano Amafoto y’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi Angelina Ndayishimiye yafashe indenge aja mu bitaro vy’abanya Irani muri Dubai. Partager : Partager sur X(ouvre dans une nouvelle fenêtre) X Partager sur Facebook(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Facebook Partager sur LinkedIn(ouvre dans une nouvelle fenêtre) LinkedIn Partager sur Telegram(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Telegram Partager sur WhatsApp(ouvre dans une nouvelle fenêtre) WhatsApp Envoyer un lien par e-mail à un ami(ouvre dans une nouvelle fenêtre) E-mail Imprimer(ouvre dans une nouvelle fenêtre) Imprimer J’aime chargement… Similaire