Ni ifatirwa ry’abarwanyi b’umuhari RED- Tabara wa Alexi Sinduhije asanzwe ahawe indaro n’igihugu c’Ububiligi. Bafatiwe mu gihugu c’Urwanda bahejeje kwica abantu mu gihugu c’Uburundi muri komine kabarore.




Aho ni muri District ya Nyaruguru muRwanda aho urwego rwa CIRGL rwagiye gushikirizwa babagwanyi 17 n’inkoho zabo ba Red Tabara baheruka gutera mukayanza baca birukira muRwanda! Urwanda rro rugira rubashikirize CIRGL, n’abaserukiye Uburundi ariho bari.