
Uhoraho Imana ntarobanura ku butoni. Akura abantu ku cavu akabagira bazima. Irankunda Ines ni umukobga yabonye vyinshi mu buzima kandi akiri muto. Imana yaramugiriye imbabazi maze ahura n’abakozi b’Imana Nzima yo mu ntara ya Gitega. Ubu arashima. Intahe yiwe kuri Radio Isezerano Internationale muyikurikire.