
Umutumiro wo kubatizwa ku bantu bose batarabatizwa canke ababatijwe ukutariko kubatizwa mu muri iyi minsi kuko hari urugendo twimirije rw’abatoranijwe.
Umutumiro wo kubatizwa ku bantu bose batarabatizwa canke ababatijwe ukutariko kubatizwa mu muri iyi minsi kuko hari urugendo twimirije rw’abatoranijwe.
Les commentaires sont fermés.
Mfise ikibazo co kubatizwa.
Bamwe babatiza mwizina rya Data wa twese, niry’Umwana, n’Irya Mpwemu Yera.
Abandi babatiza mwizina rya Yesu Kristo.
Vyoba aricokimwe? Canke biratandukanye?
Namba bitandukanye ivyukuri nivyahe?
Murakoze.
J’aimeJ’aime
Yesu atuma intumwa ziwe yazitumye kwigisha amahanga no kuyahindura abizeye baba batize mw’Izina rya Data, irya Mwana n’irya Mpwemu Yera nkuko biri muri Matayo 28:16-20. Yaciye ababarira yuko imbere yuko baja guhindura amahanga bija kurindirorira i Yerusalemu kugira ngo babanze baronke umwitsa, Mpwemu Yera wo kubamenyesha ukuri kwose no kubaha ubushobozi. Uyo aze kuza buzuye ubushobozi, bashira amanga anabaha gutahura ukuri kwose maze batangura kubatiza mw’Izina rya Yesu Kristo. Muri Bibiliya yose nta muntu n’umwe yabatijwe mw’Izina rya Data, irya Mwana n’irya Mpwemu Yera. Bose babatijwe mw’Izina rya Yesu Kristo. Ivyakozwenintumwa 2:38, 19:5, 4:12, 8:12, 8:16, 10:48, 22:16, Abaroma 6:3, 6:4, (1Abikorinto 1:13), Abigalatiya 3:27, Abikolosayi 2:11,…
Umubatizo w’ukuri woba ari uwuhe? N’uwo dusanga washizwe mu ngiro muri Bibiliya. Murakoze.
J’aimeJ’aime