Uhoraho Imana yaratanguye gukubita abashumba b’inyererezi kugira ngo yiheshe icubahiro.

Mwirinde abashumba b’imburakimazi, binyegeza mu bungere kandi ari amabingira. Muzobamenyeshwa n’ivyo bibaranga.