
Mugihe hariho abadatahura icarico isezerano Uhoraho Imana yasezeraniye ihanga ry’Abarundi bakitiranya ivyo Imana n’ivyo mw’isi bakivugira n’ubujuju bginshi ngo ni ivya politike; Uhoraho Imana wewe akomeza guhishurira abafise amatwi yo kwumva yuko bokwugurura amarembo kugira ngo Ihanga ry’Imana ritunganye umugeni wa Kristo Yesu mukuvuga umutumwa bgiza bg’umwuzuzo mu gihugu no mu makungu kugira ngo Umwami Yesu yamamare.
Ivyo mudushikiriza vyose birampimbara.Imana ibakomeze.
J’aimeJ’aime
Amen
J’aimeJ’aime