Abantu benshi baterera ukuri ku ruhande bagakurikira ibitagira ikimazi bataye amaraso ya Yesu Kristo abuhagira ivyaha bakurikira ivyagezwe bibacira urubanza.

Abantu benshi baterera ukuri ku ruhande bagakurikira ibitagira ikimazi bataye amaraso ya Yesu Kristo abuhagira ivyaha bakurikira ivyagezwe bibacira urubanza. Isabato canke ikindi cagezwe cose ni ciza kuko kikumenyesha icaha icarico ariko rero hariho ikintu kirengeye ibindi vyose. N’agakiza, ubuntu , imbabazi. Iyo umuntu abitahuye ntasubira gukora icaha ukundi kuko ukumenya ukuri bibohora.