Abantu benshi bibaza yuko Uhoraho Imana aba mu rusengero. Ni ikinyoma

Nkuko twama tubashikiriza abakozi b’Imana Uhoraho Imana yahamagariye gukorera imirimo yiwe mw’Ihanga y’irobanuriye, ni nako tunabashikiriza ivyo iyo Mana Yamaho ibashikiriza. Imirimo yayo ntikorwa n’amazina y’ivyubahiro, ikorwa n’abayihamagariwe. Kandi n’Uhoraho Imana ntumudanga mu rusengero, oya namba ahubgo niwe agusangayo. [YESAYA 66:1-6].

Twaberetse n’abahagarariye Ishengero mu gihugu c’ubuganda. Abo nibo mufashanya ibikorwa vya Data mu burongozi. Nayo abama bagerageza kwibisha abantu uruteri biyitirira ibikorwa vy’Imana, abo iraje guhigura nayo ibagaragaze bidatevye.

Un commentaire sur “Abantu benshi bibaza yuko Uhoraho Imana aba mu rusengero. Ni ikinyoma

Les commentaires sont fermés.