Imirwi itandukanye n’abantu ku giti cabo babandanya gusemerera kugira ngo abantu bihane.

Barakamfitiye na mugenzi we batazira barakuntumye bariko baca hiryo no hino basemerera ngo abantu bihane nkuko Uhoraho Imana yabibategetse.