Ikizamini kigira icumi mtange inyishu zitanu

IHANGA RYERA RY’IMANA
IKIZAMINI KIGIRA ICUMI

  1. UHORAHO IMANA NI IMANA ARUMVA, ARAVUGA KANDI ARAKORA.
    a) Abizera barayaga nawe akabakorera ivyo asezerana
    b) Yarakoze mu kurema ijuru n’isi n’ibirimwo ubu iri mw’isabato
    c) Yaravuga mu bihe vya kera vy’abaherezi n’abavugishwa ubu vyaraheze. d) Ntiboneka kandi yibera mw’ijuru ntaho ihurira n’abantu.
  2. AMASEZERANO KU GIHUGU C’UBURUNDI AGIYE GUSHIKA VUBA:
    a) Kuko twabibariwe kandi dufise ibimenyetso birenga kimwe.
    b) Kuko igihugu kiza carashitse mu masezerano kera abantu barabizi.
    c) Kuko Yesu Kristo agiye kugaruka gutora umugeni ari mw’isi.
    d) Kuko ibiza vya corona, sida, Ebola n’ibirunga bikomeza kwiyongera.
  3. UMUNTU WESE AZOKIZWA N’UKO:
    a) Yacunguwe n’amaraso ya Yesu Kristo yasheshwe ku musaraba.
    b) Yacunguwe kwubaha ivyagezwe vy’Imana vyose uko bingana.
    c) Yatanze ikigiracumi, amashikanwa n’ibindi bikorwa vyiza.
    d) Yatanze ikimazi c’imibavu imota neza k’Uhoraho Imana.
  4. IMANA NI IMWE RUDENDE MUGABO :
    a) Ikiyerekana nk’umuryango umwe ugizwe n’ubutatu bgeranda gusa.
    b) Ikabonekerana nk’Umumarayika, umuntu, Umuriro, Urutare, …
    c) Ni imwe, nti hinduka, ntiboneka kandi yamaho ibindi ni ibigereranyo.
    d) Ntibaho, ivyiyumviro vy’abantu nivyo biyirema bikayiha ishusho bashaka. 5. YESU KRISTO AZOGARUKA GUTORA ISHENGERO RYIWE:
    a) Azotangura aze mw’ibanga n’inzamba uzokwumva abiwe gusa.
    b) Azoza ku bicu kandi abantu bose bazomubona na bamwe bamubamvye. c) Ntazogaruka kandi kuko aza amaze kuza ari hagati muri twebge.
    d) Azogaruka gutora ibihumbi 144 gusa kandi ntawuzi ingene bizogenda.
    WWW.ABISEZERANO.COM IHANGARYIMANA@GMAIL.COM APP: ISEZERANO TEL: 257 61404181