
UMWAMI YESU KRISTO TUMWAMAMAZE HOSE YAMASENGESHO Y’INKOMEZI YATANGUYE K’ISI YOSE.
Ishengero rya Yesu Kristo-Ihanga Ryera ry’Imana ryatanguye ya masengesho y’inkomezi y’umunsi umwe yo kwiyiriza twegereye Uhoraho Imana kuri iri genekerezo rya 19/02/2022.
Imana ikeneye abantu bayikorera kandi bakayisenga barihanye ivyaha vyabo kandi bejejwe. Turagomba yuko Imana y’Ihanga Ryera ivugana natwe kandi yiyerekane. Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo yamamare!