
Hari igihe Abarundi dukora ibintu n’ibihushane vyavyo canke tukavuga iki ariko ukuri ari ibihushane vyavyo gutyo abantu bakama babaho mu kinyoma imyaka yose. Ibintu nkibi birakwiriye guhinduka.
Umurundi yiyumviriye mu kibanza ca leta y’Uburundi yagize ati:”
INTARE nikimenyetso gihambaye kugihugu cu Burundi….aho umukuru w’igihugu akorera, bahita kwa NTARE….arko ntantare nimwe iri mumashamba yu Burundi….none uwotuma asaba imwe Tanzaniya ntivyoba vyiza hagutunga imbumbano gusa?”