Muyinga: umukonikoni w’umunya Kenya yaraye akorotse.

I Muyinga haraye amahoro.
Ariko komine Giteranyi, zone Masaka, umutumba Ngomo,hari umuntu wo muri Kenya yakorotse ngo ari ku rutaro.Yaravuye i Ngara aja kenya ngo arazimira aca akorokera mu Giteranyi.Rero urutaro nibinyoteri barikumwe mu Gipolisi mu Giteranyi baremeza iyo nkuru.Turiko twibaza uko ahava agenda.Muri komine yababwiye ko mwijoro aza kugerageza uko yoguruka.

Abantu bakoresha amangetengete bariho benshi kandi n’ikiza ca teye mu bihugu bitari bike muri Afrika. Ikibabaje gusumba n’uko no mubitwa abakozi b’Imana n’abo nyene badasenga mu kuri no mu Mpwemu ugasanga ivy’Imana babigize urudandazwa canke umugenzo.