Ntukababazwe n’uruvugo ngo rugutirimutse, hafarara kuco Uhoraho yavuganye nawe.

NTUKABABAZWE N’ABAKUVUGA NABI NGO BAGUTIRIMUTSE UHAGARARE KUCO IMANA YAKUBARIYE GUSA. Mu gihugu cacu mbere no mu barundi aho bagiye hose muri rusangi bisa n’uko vyacitse umuco kuvuga uwundi muntu nabi. N’umuntu batazi batara n’iyumvira na rimwe baramuvuga nabi kandi bakumva baranezererewe kwambika iceyi n’urubga umuntu, ku mucafuza kuri ibi na biriya; kandi ababitangura kenshi na […]