Witwaze izina rya Yesu Kristo aho uja hose niwe Uhoraho Imana yigize umuntu.

INYIGISHO ZIGUKURA KURI YESU KRISTO ZIBA ZIKWAMBUYE UBUZIMA Umuntu agukura kuri Yesu Kristo aba akwambuye ubuzima, agutwaye ubuhungiro, akwambuye amagara kandi asibanganije ivyizigiro vyawe. Umuvyeyi wawe, uwo mwubakanye canke umugenzi akubuza gukurikira Yesu Kristo ntaho atandukaniye n’umwicanyi wo mu mubiri kuko aba akwambuye vyose.Ama leta abuza abantu kwizera Yesu Kristo canke imigwi y’abantu yisuka mu […]