Uwutaramenya yuko satani yamaze kwinjirana Ihanga ry’Abarundi ni arabe ibimenyetso.

UWUTABONA IBIMENYETSO VY’IBIHE TUGEZEMWO AKWIRIYE GUHUMUKA Muri iyi minsi aho bamwe mu bitirirwa Kristo baja ku rusengero ngo bahamagare Uhoraho Imana, hari abandi ku minsi y’amasengesho baja ku masengero kuja kwicana, guterana amabuye no gutukana. Ivya vyabaye kuri uyu wa 16 na 17 mu madini atandukanye ya adventistes na vivavante kandi bikaba mu ntara zitandukanye […]