Twatanguye amasengesho ya Daniyeri gushika dushitse aho twateguriwe

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO GUSENGA AMEZE NKAYA DANIELI Umukozi w’Imana Daniyeli, abonye utwo abantu bigira kugira ngo bagirire nabi abizigiye Uhoraho Imana, ntiyafashwe nk’ubgoba, ukwiganyira canke ishavu kugira ngo akore ivyo atokoze. « Yagiye munzu iwe, akama yuguruye amadirisha yerekeye iwabo i Yerusalumu; akomeza gupfukama gatatu gatatu ku munsi asenga Uhoraho Imana yiwe kandi ayikengurukira nk’uko […]