Imburi n’ubuhanuzi: Uko umusavyi w’Imana yeretswe isezerano rigiye gushitswa.

IVYO UMUSAVYI W’UHORAHO IMANA YERETSWE KU GUSHITSWA KW’ISEZERANO KU GIHUGU CACU C’UBURUNDI. Mu kwandika ivyo yeretswe twakuyemwo n’ibigirankana amazina y’abantu duhitamwo kuvuga muri rusangi kuburyo umwe wese ashobora gutahura. Ariko uwufise ico yerekanyweko wese turamushikira tukamuha imburi yiwe uko yoba angana kwose. Ntidushikiriza Ihanga ry’Abarundi ibiryoshe kwumva n’ivyo abantu bipfuza kubona vyonyene. Kugira ngo tuburire […]