Ijambo rimwe gusa ibintu birahinduka. Uhungire muri Yesu Kristo honyene.

Bagenzi, aba-Kristo nti bakwiriye kuba abo kw’izina gusa. Amasinzi yabo yaratwawe akayombekere ntibabimenya. Benshi bitirirwa Kristo kandi batigeze bamumenya. Hariho abibaza yuko kuba umu-Kristo ari ukuronka amasakaramentu. Ico ni ikinyoma ca satani. Hari n’abibaza yuko kuba umu-Kristo ari ukuja gusenga kw’isabato, kuja gusenga kuwa Mungu canke gukora ibikorwa ibi na biriya mu madini canke mu […]