Umunezero n’amashimwe: Uko bukeye uko bgije, Ihanga Ryera ry’Imana riguma rigasara bene umurango barorera.

UMUBATIZO W’ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY’IMANA MU GISAGARA CA BUJUMBURA. 11/08/2021 Nimba hariko ikintu satani yanka urunuka ni umu nyavyaha aheba ingeso ziwe mbi akihana, agakizwa, akabatizwa, akezwa maze akuzuzwa Mpwemu Yera. Satani rirayinga , agahekenya imisaya kandi agakibita urutoke kuko yama arondera benshi yisasira kuko azi yuko agiye kurimbika.Mw’ijuru iyo umunyavyaha umwe […]