Mukomeze ibicaniro n’amasengesho yo mwibanga kuko turiko turegereza.

AMASENGESHO Y’IBICANIRO VYOSE YO MW’IBANGA MU GIHUGU COSE NO MU MAHANGA. Ishengero rya Yesu Kristo si idini, si umurwi canke Ishengero nkayo mashengero mwumva avurwa hirya no hino kuko indiganizo, urutonde, amakoraniro, ivyizerwa n’uburongozi biratandukanye n’ivyo mubona kandi nivyo abantu bamwe boba biyumvira.Turi Ihanga Ryera ry’Imana, rifise Umwami umwe gusa yitwa YESU KRISTO, turongorwa mu […]