Ubusuma bwimonogoje mugisagara ca bujumbura

Abtariye ibiturire barenganya abanyagihugu. Abativye udu telefone canke ordinateurs bakora ibindi. Ivyo bindi no nko kwigana ibi dodo vya Leta maze bagatanga impapuro za magendo.

Ibidodo vyafashwe ni nkiya parquet general de la republique,Adm Mukaza,Etat civil , Dpe Buja mairie,direction des transport interieur,conservantion des titres foncier,direction des titres foncier et parquet ntahangwa. Turabaha aya makuru ido nido.

Publicités