Mwaro : Ishuri ryagurutse ryakomerekeje abanyeshuri batandatu

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko babiri muri abo banyeshuri batandatu bakomeretse cane.

Ayo madhuri agurutse inyuma y’iminsi ibiri gusa umwaka w’ishuri 2017 ushira uwa 2018 utanguye.

Publicités