Harmagedon: Iryo jambo ryoba ryaraguciye mu matwi mugabo utarishizeko umutima. Rifatire akanya.

Ijambo Haramagedon riva mu gihebulayo rikavurwa rimwe gusa muri Bibiliya Yera mu Ivyahishuriwe Yohana ( Apocalypse canke Revelation). Abantu benshi nti barishirako umutima niyo baryiyumviriye bagerageza kuryiyobagiza kuko rivuga iryo intambara ihambaye izohitana Abantu benshi cane.

Abazi ubwenge bobo bararyicarira bakayirereka maze bagategura imitima yabo niyo abo bakunda kuko isi igeze mu mbobane.

Uretse izo ntambara zivugwa hirya no hino, hariho intambara z’ubumara ziza ziteye ubwoba nkuko mubibona mumakuru kandi ivyo ntawovyirengagiza.

Mu myaka indwi iri imbere, ni ukuvuga muri 2025 hazoba hasohotse abasirikare b’ibirobots bizoshobora kwica abantu uretse les drones, les missiles, …

 » 13. Kandi mbona ka ca gisato, no mukanwa ka ca gikoko, no mukanwa ka wa muvugishwa w’ibinyoma, havamwo impwemu zitatu zihumanya zisa n’ibikere:

14. Kuko izo ari impwemu z’abadayimoni, zikora ibimenyetso, zija ku bami bo mwisi yose, ngo zibakoranirize mu ntambara yo ku munsi uhambaye w’Imana Ishobora Vyose.

15. (Ehe ndaza nkigisuma. Hahirwa uba maso akazigama impuzu ziwe ngo ntagende amenya bakabona isoni z’ubwambure bwiwe)

16. Zibakoraniriza ahantu hitwa Haru- Mageduni mugiheburayo.

Usabwe kwiyubara, ukitunganya ugakizwa kugira uronke umunezero muri ibi bihe bigoye twimirije.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s