Tugire umwete wo kurondera Imana nkuko tugira umwete wo kurondera ubuzima muri iy’isi

🌈TUGIRE UMWETE WOKURONDERA IMANA NKUKO TUWUGIRA MUVY ISI🌈        IMIGANI 6:6_7_8_9_10_11.

6.Genda ku kimonyo, wa munyabute we; Witegereze ingeso zaco uce ubwenge:

7.Naho kitagira umucamanza,cank’umubwiriza cank’uganza.

8.Ciziganiriza indya zaco zo muci Kikegeranya Ivyo kurya vyaco mw iyimbura.

9.Uzogeza ryari kwiryamira,gawa munebwe we?uzovyuka ryari ng’uve mw itiro?

10.Ngo hinge nce agatiro gakeya,nisegure ukuboko gatoya ni boterere:

11.Uko ni k’ubworo bwawe buzogushikako nk’umwambuzi,N’ikigoyi kizogushikako nk’umuntu w’umurwanyi.👏AMEN👏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s