Vaticano: Papa Fransisko yatumiye abapfungwa 20 gusangira nawe 2 muri bo baca baratoroka.

Muri uwo mubonano, abafungwa 20 nibo bari batumiwe gusangira na Papa Francisco, babiri muribo bakaba bikitse mu kiza barazimangana baburirwa irengero.Ibinyamakuru vyo muri ico gihugu bimenyesha ko abo bafungwa batorotse itariki 1 Gitugutu kandi atawuzi neza ko bagiye inyuma y’ugusangira na Papa canke imbere yaho.

Publicités