Mwibuke kugirira imiryango yanyu neza gusumba abandi

🌈💍URUGO RUKRISTO💍🌈NI IJURU RITO

1,Twirinde cane mugufata neza ivyagaciro bigize umuzingi wumuryango.

2.ImiGANI 5:7_8_9_10_11.

7.None rero Bana banje,munyumve,Ntmukave ku majambo y’akanwa kanje.

8.Uz’umuce kure,Kandi ntiwegere umuryango w’inzu yiwe.

9.Woye kwiha abandi,ngo bonone igikundiro cawe,Na ruburakigongwe ntumumarirekw imyaka yawe;

10.Abanyamahanga boye guhaga ivyawe.Kand’ivyakuruhije vyoye kuja mu nzu y’uwundi;

11.Nawe ukazoboroga kW iherezo ryawe,Ah’umubiri wawe n’amagara yawe bizoba bishize.

🍇UHORAHO URUMWIZIGIRWA SUKA MPWEMU WAWE MUMIRYANGO YACU🍇

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s