RDC: Kisangani harashobora kwaduka indwara kubera amazi mabi uretse intambara.

I Kisangani ubu batunzwe n’amazi adasukuye bavoma mu mariba no mu nzuzi

Hari impungenge z’uko indwara ziterwa no kunywa amazi mabi zishobora kwaduka mu muji wa Kisangani muri Republika Iharanira Demokrasi ya Kongo.

Uwo muji ugira gatatu muri ico gihugu, nta muyagankuba canke amazi ufise kuva kuwa kane.

Ikigo ca leta kijejwe umuyagankuba kivuga ko imyuzure yatumye urugomero rw’umuyagankuba rukuru ruhagarara gukora.

Uwo muji utuwe n’abantu barenga umuriyoni n’igice, ubu utunzwe n’amazi adasukuye avomwa mu mariba hamwe no mu nzuzi.

Inyubako nyinshi muri Kongo zigeze aho umwansi ashaka kubera imyaka myinshi ihaciye zititabwaho.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s