Imana isezeranira imigisha abihanye

🌈IMANA ISEZERANIRA UMUGISHA ABIHANYE🌈HOSEYA 14:2_4_9.

2.Mujane amajambo yo kwisaba mugaruke K’UHORAHO;mumwinginge,muti n’uduharire ibigabitanyo vyose,uduhangaze:muri mu gishingo c’amapfizi tuzogushikanira ibimazi vy’iminwa yacu.

4.Nzoharira ugusubira inyuma kwabo,nzobakunda urukundo rutagira akagero:kuk’uburake bwanje busubiye inyuma bubavuyeko.

9.Ni nde ‘azi ubwenge?N’atahure ivyo! Ni nde w’umuhanga?N’abimenye!kukw inzira z’UHORAHO ar’iziroranye,kand,abagororotsi ni bo bazozigendamwo;arikw abacumura bazizirwamwo.

YOWELI 2:12_13.

12.Enda naho bigeze hiyo,ni K’UHORAHO agize,ni mungarukeko n’imitima yanyu yose,mwisonzesha,murira,muboroga;

13.Imitimayanyu Abe ariyo mutabura,ariko s’impuzu zanyu,kandi mugaruke K’UHORAHO IMANA yanyu kukw ar’inyabuntu,yuzuye imbabazi,iteba kuraka,igira ikigongwe cinshi,kandi yigarura ,ngo ntizane ikibi.👏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU👏

Publicités