Imbere hariho ubugingo budashira turiko turakorera 

🌈UBUGINGO BUDASHIRA🌈1YOHANA 1:1_2_3_4.

1.Icariho uhereye ubwa mbere na mbere,ico twumvise,ico twabonye n’amaso yacu,ico twitegereje,intoke zacu zikagikorako,ivyo kuri jambo w’ubugingo

2.kand’ubwo bugingo bwarerekanywe,turabubona,turabushingira intahe,kandi turababarira ivy’ubwo bugingo budashira,bwamanye na Data wa twese,tukabwerekwa.

3.ico twabonye tukacumva ni co tubabwira namwe,kugira ngo namwe mufatanye na Data wa twese n’umwana wiwe YESU KRISTO.

4.Twanditse ivyo kugira ng’umunezero wacu wuzure.

1YOHANA 4:20_21.

Umuntu ni yavuga,ati nkunda IMANA,akanka mwene Data wundi,aba ar’umubeshi.kuk’udakunda mwene Data yabonye ntashobora gukunda IMANA atabonye.

21.kandi dufise iki cagezwe kuri yo,ng’ukunda IMANA akunde na mwene Data wundi.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s