Ihuriro CNARED ryahamagariye abarundi kutitabira ibikogwa vyihinyanyugwa ry’ibwirizwa shingiro ry’uburundi.

Abantu batari bake baribaza igituma ibwirizwa shingiro rigiye guhinduka inyuma y’imyaka 15 umugambwe CNDD-FDD imaze kubutegetsi. Haravuzwe vyinshi , haranditswe na vyinshi abantu, imigambwe n’imihari berekana yuko ihinduka ry’ibwirizwa shingiro ritaje gutunganya uburundi ahubwo rije gushira Uburundi mu minwe y’umuntu canke mu minwe y’umugwi w’abantu. Ni mwirabire ingene CNARED ibibona.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s