Mwiyubare abigisha bibinyoma muvyo Imana no muvyo amasezerano cane cane.

🌈IVY’ ABIGISHA B’IBINYOMA🌈

1TIMOTEYO 4:1_2_6_7_8_9.10.

1_Ariko mpwemu avuga avyeruye yuko mu bihe bizoza bamwe bazota ivyizerwa,bagashira umutima ku vy’impwemu z’izimiza no ku vy’inyigisho z’abadayimoni.

2_Bavugisha uburyarya bw’abanyabinyoma,bokejwe icapa mu mitima yabo ibagiriza ikibi.

6_Ni wibutsa bene data ivyo,uzoba ur’umukozi mwiza wa KRISTO YESU,yarerewe mu majambo y’ukwizera n’ay’inyigisho nziza wakurikiye.

7_Arikw imigani ihumanya n’iy’abakecuru ntuyemere.wimenyereze kwubaha IMANA.

8_Kuko kwimenyereza kw’umubiri kugira ikimazi muri bike,ariko kwubaha IMANA kugira ikimazi kuri vyose,kuko kuzana isezerano ry’ubugingo bwa none n’ubuzoza.

9_Iryo jambo n’iryo kwizerwa rikwiye kwemera rwose.

10_ Kukw igituma dutama tukama mu ntambara ar’uko twizigiye IMANA nzima,ni yo mukiza rw’abantu Bose,cane_cane w’abizera.👏

AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU👏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s