Tanzania: Igipolisi cataye mu mvuto 40 bikekwa ku bwicanyi muri Tanzaniya

Igipolisi ca Tanzaniya cataye mu mvuto abantu 40 bikekwa mu bwicanyi bwahitanye abagabo babiri, biturutse ku kibazo c’amatongo kimaze imyaka mirongo mu buraruko bw’igihugu.

Izo mpari zishingiye kw’itongo ry’ama hagitari 4000 y’isi ndimwa hafi y’ikirindiro c’ibikoko vyo mw’ishamba Serengeti.

Abo bagabo babiri bicishijwe imipanga ku munsi wa gatanu igihe bariko barakora mu mirima hafi y’ikigwati cabo ca Remng’orori.

Abo bantu babateyengo bari bitwaje imiheto n’imyampi, munyuma bahungira mu ngo zabo mu kigwati kibanyi, niko igipolisi cavuze.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s