Kayanza : Abagirizwa gushaka kwica umukuru w’umugambwe CNDD FDD baciriwe gupfungwa imyaka 15

Sentare isubiramwo imanza mu ntara ya Ngozi yaciriye ugupfungwa imyaka 15 no gutanga indishi y’akababaro y’imiriyoni 15 umwe umwe, abanyeshuri babiri bagirizwa gushaka kwica umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD FDD mu ntara ya Kayanza.

Abo banyeshuri babiri bari basanzwe biga kuri kaminuza yitiriwe imisozi (universite des collines) bagirijwe gushaka kwica umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD FDD mu ntara ya Kayanza, bamuhaye uburozi.

Abo banyeshuri barahaka ivyo bagirizwa, bakamenyesha ko ata kintu na kimwe cari gutuma bica umuntu ataco bapfa.

Umushingwamanza w’abo banyeshuri babiri amenyesha ko ico gihano bahawe ari kinini, afatiye ko n’ico caha bagirizwa kitabaye, ahubwo bagirizwa ko bashatse kugikora gusa.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s