Eric Biribuze yahawe agashimwe gahambaye kubuhinga muri Amerika

Eric Biribuze aturuka i Bujumbura mu Ngagara, yahawe agashimwe « Black Engineer of the Year Awards 2018. » Katangiwe mu ntara ya North Caroline muri Leta zunze ubumwe za Amerika. Ni iteka ku barundi bose.

Publicités