🌈KWIHANGANIRA GUHORWA UBUSA🌈®️
1PETERO 3:13_14_15_16_17.
13_kandi ni nde yobagirira nabi,ni mwagira ishaka ry’ivyiza?
14_yamara naho mwobabazwa muhowe ukugororoka,mwoba muhiriwe,ntimuze mutinye ivyo babakangisha,ntimuhagarike Imitima,
15_ariko mwubahe KRISTO mu mitima yanyu kW ariwe MWAMI,muhore mwiteguye kwishura umuntu wese ababajije inyanduruko y’ivyizigiro biri muri mwebwe,ariko muri n’uburwaneza,mutinya,
16_mufise Imitima itarimw’ijwi ribagiriza ikibi,kugira ngo no kuvyo muvurwa nabi,babatuka inges
o zanyu nziza zo muri KRISTO bamaramare,
17_ivyoba vyiza n’uko mwobabazwa muhowe gukora ivyiza,ari co IMANA igovye,hako muhorwa gukora ibibi.
YESAYA 57:21_Ntamahoro ku banyakibi,ni kW IMANA yanje igize.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏