Impunzi z’abarundi bahungiye muri Tanzaniya zarabandanya gutahuka, 592 baraye bahungutse.

Impunzi z’abarundi zari zahungiye muti tanzaniya zigera kuri 592 zaraye zihungutse. Abo bahungutse ,bakaba bagiye kuzoca batwarwa mumiryango yabo. Imvo zituma bahunguka ni myinshi. Uretse yuko abategetsi babizeza yuko amahoro ari yose, bobo bagira bati ntasi idahamba. Mwibuke yuko abatanzaniya benshi bidogera impunzi z’abandi yuko zibiba mu mirima kandi bakaba barazishemwo abatari bake bagakomeretsa n’abandi benshi.

Publicités