Twame twisuzuma mu ngeso zacu.

🌈YOBU YITSINDISHA,NATWE TWISUZUME,MUGESO ,ZACU,BURI MUSI🌈®️

YOBU 31:1_2_3_4_5.

1/Narasezeranye isezerano n’amaso yanje,None noshobora nte gushira ijisho ku mwigeme?

2/Kuk’umugabane IMANA yompa uvuye mw ijuru woba iki?N’inyegu ivuye iyo hejuru ishobora vyose yompa yoba inki?

3/Mbega ntiyoba ubugesera bubikirwa umugabitanyi, N’ivyago bibikirwa inkozi z’ibibi?

4/Mbega yo ntiyitegereza inzira zanje,Igaharura intambuko zanje zose?

5/Asangwa naragendeye mu binyoma,Ikirenge canje kikihutishwa no kuja kugunga.

ZABURI 88:1_2

UHORAHO,MANA y’agakiza kanje,Ntakambira imbere yawe ku murango no mw ijoro.

Ugusenga kwanje ni kuje gushika mu nyonga zawe,N’utege ugutwi ugutakamba kwanje.🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏

Publicités