Algerie: Abantu 257 basize ubuzima mw’isanganya ry’indege

Abantu 257 nibo bapfuye inyuma y’isanganya ryabereye ku kibuga c’indege ca Boufariki mu bururako bw’umugwa mukuru Alger w’igihugu ca Algerie.

Amakuru dukesha iradiyo BBC amenyeshako iryo sangaya ryabaye inyuma y’umwanya muto iyo ndege ihagarutse ishaka gufata urugendo ija ahitwa i Bachar mu bumanuko bushira uburengero bw’ico gihugu.

Amakuru atangwa n’abajejwe umutekano amenyeshako abenshi mu bapfuye ari abasirikare hamwe n’imiryango yabo harimwo abakozi 10 biyo ndege

Bivugwako icatumye iyo ndege igira iryo sanganya kitaramenyakana ariko ibikorwa vyo kurondera abapfuye bikibandanya.

Harihaciye imyaka 4 habaye isanganya ry’indege rihitanye abantu benshi aho abantu 298 bapfuye mw’isanganya ry’indege yo mu gihugu ca Malaisie MH17 mu kwezi kwa Mukakaro umwaka wa 2014.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s