Abasirikare b’Urwanda bafatiwe muri RD congo bashoreye abagwanyi b’abarundi

Amakuru ava mugihugu ca RD Congo arerekana abasirikare b’ingabo z’urwanda bafatiwe mugihugu ca RD congo hafi y’ikibuga c’indege ca Bukavu. Ayo makuru nyene abandanya yemeza yuko abo basirikare bafatanywe n’ibikoresho vyabo nk’inkoho n’amasasu, amafaranga, imachini nyabwonko bamwe bita mudasobwa hamwe n’ivyuma vy’itumatumanako nka phonies n’amatelefone bakaba bari baherekeje umutwe w’inyeshamba zatorejwe mu gihugu c’Urwanda zerekeza gutera uburundi. Amakuru tukubatohoreza.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s