Gitega : Urubanza rw’abacamanza bo mu Cankuzo rwungururijwe kuw’Imana

Abacamanza babiri ba sentare y’intango y’intara ya Cankuzo, bumvirijwe mu rubanza rw’ikibiriraho rwabaye kur’uno wa gatanu igenekerezo rya 8 Ruheshi 2018, muri sentare isubiramwo imanza y’intara ya Gitega. Abo bacamanza basavye ko baronka abashingwamanza babunganira mu kuburana.

Chantal NIZIGAMA na Odette HATUNGIMANA bagirijwe kuba mu mirwi irwana, guhungabanya umutekano hagati mu gihugu, gutuka abacamanza, umushikiranganji w’ubutungane n’umukuru w’igihugu.

Urubanza rw’abo bacamanza ntirwumvirijwe, rwaciye rwungururizwa kuw’Imana igenekerezo rya 10 Ruheshi 2018.

Uko ari babiri bahagaritswe kuwa gatatu igenekerezo rya 6 Ruheshi 2018, inyuma yaho bankiye gushira mu ngiro urubanza rw’itongo ruhuza Pierre MVUYEKURE na Clotilde KADARI bo ku mutumba Muyaga, komine n’intara ya Cankuzo.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s