Tanzaniya yaronse indege Boing yo mu bwoko bwa Dreamliner

Indege igihugu ca Tanzaniya cari kirindiranye igishika Boing 787-8 Dreamliner yatuye ku kibuga c’indege citiriwe Julius Nyerere i Dar es Salaam muri Tanzaniya.

Umukuru w’igihugu John Pombe Magufuli niwe yari ahagarariye ibirori vyo kwakira iyo ndege yaje iva i Seattle muri Amerika.

Iyo ndege ifise agaciro k’imiliyoni $224.6 iri muri zine nshasha leta imaze kugura.

Nkuko ihinguriro Boeing ribisigura, indege 787 Dreamliner ikozwe ku buhinga bwo hejuru, ikaba ikomeye cane kandi igenewe kwunguruza abantu n’ibintu.

Iyo ndege ishobora gutwara abantu 262, igashobora kugira ingendo za kure kandi ikazonywa ibitoro bike ugereranije n’izindi ndege zisanzwe.

Agishika ku butegetsi Prezida John Magufuli yari yemeye ko agiye kunagura igisata co kwunguruza abantu n’indege kigenzugwa n’ishirahamwe « Air Tanzania Corporation Limited » (ATCL) mu kugura indege nshasha.

Ndege nyingine ambazo zilinunuliwa na serikali ya Tanzania ni ndege moja aina ya Bombardier Q400 Dash 8 NextGen , ndege 2 aina ya Bombardier CS300 zenye uwezo wa kuchukua kati ya abiria 137 na 150 .

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s