RDC: Impunzi z’abanyarwanda bahungiye I congo zicwa bunyamaswa

Aho hari ku munsi wejo mu bucagucagu aho aba Mayi mayi Mazembe bishe impunzi nyinshi mu gitondo c’itariki ya 10 /7/2018 bateye bikica abantu bagasahura imyaka bari bejeje ibibananiye kubitwara basize babituriye. Nimwirebere namwe ubwo bugizi bwa nabi bakoze. Bamwe baravuga yuko hariho abategetsi b’urwanda bakorana na may may kugira batoteze izo mpunzi, abandi bati vyoshoboka ari n’aba mayi mayi ntibanezererergwa nizo mpunzi zabateye mugihugu cabo haciye imyaka irenga 20, zikaba ziterekana ubushake bwo gutaha mugihugu iwabo.

Publicités