Ibintu biranga umukozi W’imana nyakuri
-Agiribanga kandi ategerezwa kubinva mugihe ciwe
-Yirinda kuvugavuga nukuganira nabenshi Kuko ashobora gusanga akorera kunsaku kurusha kuvugana nimana
-Yirinda kugira nkunzi nkomugahana bamwe abandi ntabakoreko aho nimugihe atahagaciro kumwe abantu Bose
-Ategerezwa kuvuga make nomugihe abamuvuga bavuga batazukuri akihangana kandi akirinda uburyarya
-Kwiyunvira kwazukuri gusumba abandi Kuko twese hano turabiga , ntafukafuke amakosa kubwivyaziga kubantu ahubwo akavugukuri
– Ntakwiye gushingirintahe amakosa
-Yesu yaravuze neza ngo dukore ibishimwa nimana gusumba ibishimwa nabantu ntiturababandi ahubw twirabe
Mwarahezagiwe
Imana idushoboze guhinduka n’uguhindurabandi
Ibiranga umuvugishwa nyakuri
-Yirinda kuvugana na benshi kugirejo ntazavangirwe ngo
-Avugishwe ivyo yunvanyabantu
-Ntakwite gukunda amahera
-Yirinda ubusambanyi kugira ejo ntazamere nka toilette yabose kuko atamukozi W’imana yaba toilette yihuriro
-Ategerezwa kwera nkuwamuhamagaye kandi akirinda kuvuga benese nabi kuko atabazi ivyavurwa nawe
-Ategerezwa gusiguza Imana muri vyose kandi
-akihanganira vyose akagira umutima uzinutswe icaha kuko arivyo bibereye abahamagawe