Bresil:Uwuhiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu yacumiswe

Jair Bolsonaro ari mu bahiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu muri Bresil yacumiswe imbugita ari mu gikorwa co kwiyamamaza mu buseruko bushira ubumanuko bw’ico gihugu.

Amakuru dukesha iradiyo BBC amenyeshako amasanamu yerekanye Jair Bolsonaro ashize ukuboko hejuru murako nkanya nyene aca aracumitwa n’ikintu kitamenyekanye ariko mu nyuma bimenyekana ko yari imbugita.

Ayo makuru avuga ko amaze gucumitwa yaciye yunama inyuma yaho abanywanyi biwe baciye bamwururutsa aho yari bamushira mu modoka baca bamujana ku bitaro.

Bivugwako Jair Bolsonaro amaze kubagwa baciye bamushira mu cumba c’abakomerewe mu kiringo c’amasaha.

Abajejwe umutekano bamenyeshako uwakoze ubwo bubisha yitwa Adelio Obispo de Oliveira kandi aza yafashwe. .

Bitegekanijwe ko Adelio Obispo de Oliveira azomara mu bitaro ikiringo c’imisi 10. .

Adelio Obispo de Oliveira ari mu bahabwa amahirwe yo gutsinda amatora y’umukuru w’igihugu asanzwe ari umunyeporitike akomeye ngaho mu gihugu ca Bresil ,ivyiyumviro vyiwe bikaba bishingiye mu kugwanya amacakubiri ashingiye k’urukoba.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s