Umugambi w’Imana ku bana bayo uratangaje.

Nkuko udashobora kumenya uko amagufa y’uruyoya aremegwa munda ya nyina, ntumenye niyo umuyaga uva canke utera uja niko udashobora kumenya inzira Imana izonyuramwo mugihe ishaka gutabara umusavyi wayo.

Ntucibwe intege n’ibibazo ufise canke abakuvuga nabi, abashaka kuguca inkokora, izere Imana ubuzira herezo , ugume murukundo rwayo.

Ivyahishuriwe yohana 2: 10

Publicités