Uhoraho Imana yamiza ugutwi kwayo kubayambaza

Uwiteka Mana nzima turakwiragije muri kino gihe utwiyereke tubone ukugira neza kwawe ikiganza cawe kitubeko ukomeze kuba imbere yacu natwe tukuje inyuma ukomeze kuduha ubwenge udusige amavuta yigikundiro .uyu.munsi ivyo dukora vyose izina ryawe rije hejuru.uduhezagire dusohoka niyo twinjira aho tuja hose tubone ukugira neza kwawe. Nsengeye nabagwaye ubakize abadendebukiwe utwongere inkomezi.abasjonje ubagaburire abagenda gusa ubambike…igihugu cacu ugihe amahoro.abana bacu ubakuze kandi ubazigame. Amen

Publicités